General
Inyigisho5 Amerekezo
1. Imbere / inyuma
Ndasiga amabara ikiri imbere.Ndaca uruziga ku kiri inyuma.
Ndaca uruziga ku kiri inyuma, nsige amabaraikiri imbere.
2. Iburyo / IbumosoNderekana ibumoso bwange.
Ndasiga amabara ikanzu y’umwana uriibumoso.
Nderekana iburyo bwange.
Ndashushanya umupira iburyobw’umukinnyi.
3. Hejuru / hasi
Ndaca uruziga ku kiri hejuru.
4. Ku / Munsi
Umukoro: Ndasiga amabara ikiri ku kabati,ndaca uruziga ku kiri munsi.
5. Mu / Hanze
Umukoro: Ndasiga ibara ry’umukaraimbata iri hanze y’inzu.
6. Hafi / Kure
Umukoro:Ndasiga ibara ry’icyatsi kibisi igitikiri kure y’inzu, ndaca uruziga ku kiri hafi.