• Inyigisho5 Amerekezo

    1. Imbere / inyuma

    good

    good

    Ndasiga amabara ikiri imbere.

     Ndaca uruziga ku kiri inyuma.

    good

    Ndaca uruziga ku kiri inyuma, nsige amabara

     ikiri imbere.

    good

    2. Iburyo / Ibumoso

    Nderekana ibumoso bwange.

    good

    Ndasiga amabara ikanzu y’umwana uri

     ibumoso.

    good

    Nderekana iburyo bwange.

    good

    Ndashushanya umupira iburyo

     bw’umukinnyi.

    good

    3. Hejuru / hasi

    good

    Ndaca uruziga ku kiri hejuru.

    good

    4. Ku / Munsi

    good

    Umukoro: Ndasiga amabara ikiri ku kabati, 

                          ndaca uruziga ku kiri munsi.

    good

    5. Mu / Hanze

    good

    good

    Umukoro: Ndasiga ibara ry’umukara

     imbata iri hanze y’inzu.

    good

    6. Hafi / Kure

    good

    Umukoro:Ndasiga ibara ry’icyatsi kibisi igiti 

     kiri kure y’inzu, ndaca uruziga ku kiri hafi.

    good


    Inyigisho 4 Amafaranga Inyigisho 6 Amashushongero